Muri tanzania BBC ivugako yashoboye kubona amakuru
agenzuwe muburyo bwizewe avugako igipolice ca tanzania
cakoresheje inguvu zumurengera muguhangana nabariko
biyamamaza kumusi wamatora.